ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 22
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe: ibirimwo

      • Kwubaha ibitungwa vy’umubanyi (1-4)

      • Kwambara impuzu z’uwo mudasangiye igitsina (5)

      • Gufata neza ibitungwa (6, 7)

      • Agahome gatangira abantu ngo ntibagwe (8)

      • Ibintu bitemewe kuvangwa (9-11)

      • Ubushenza ku mpuzu (12)

      • Amategeko ahana ivyaha bifatiye ku gitsina (13-30)

Gusubira mu vyagezwe 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:4

Gusubira mu vyagezwe 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:12

Gusubira mu vyagezwe 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:5; Lw 19:18; Lk 10:27; Gl 6:10

Gusubira mu vyagezwe 22:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 52

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 18

Gusubira mu vyagezwe 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:28; Zb 145:9; Img 12:10; Mt 10:29

Gusubira mu vyagezwe 22:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bigatuma inzu yawe yagirwa n’amaraso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 11:2; Ivk 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 10

    1/2/2001, rup. 3

Gusubira mu vyagezwe 22:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ntuze utere imbuto z’ubwoko bubiri mu murima wawe w’imizabibu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19

Gusubira mu vyagezwe 22:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2003, rup. 32

Gusubira mu vyagezwe 22:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19

Gusubira mu vyagezwe 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:38; Mt 23:2, 5

Gusubira mu vyagezwe 22:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «akamwirukana.»

Gusubira mu vyagezwe 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21; Gus 1:13; 16:18
  • +Gus 25:2; Img 10:13; 19:29

Gusubira mu vyagezwe 22:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Shekeli imwe yangana n’amagarama 11,4. Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 2:16

Gusubira mu vyagezwe 22:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gukorera ubumaraya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 13:4
  • +Lw 21:9
  • +Lw 11:45; 1Kr 5:13

Gusubira mu vyagezwe 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:3; Kv 20:14; Lw 20:10; 1Kr 6:9, 10, 18

Gusubira mu vyagezwe 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:10; Gus 5:18; 1Ts 4:3, 6; Heb 13:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:8; Gh 35:20, 21; Yak 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:2, 5

Gusubira mu vyagezwe 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:11, 12; Kv 22:16

Gusubira mu vyagezwe 22:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yoba akuye agashambara se wiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:8; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 22:1Kv 23:4
Gus. 22:2Mt 7:12
Gus. 22:4Kv 23:5; Lw 19:18; Lk 10:27; Gl 6:10
Gus. 22:6Lw 22:28; Zb 145:9; Img 12:10; Mt 10:29
Gus. 22:82Sm 11:2; Ivk 10:9
Gus. 22:9Lw 19:19
Gus. 22:10Img 12:10
Gus. 22:11Lw 19:19
Gus. 22:12Gh 15:38; Mt 23:2, 5
Gus. 22:18Kv 18:21; Gus 1:13; 16:18
Gus. 22:18Gus 25:2; Img 10:13; 19:29
Gus. 22:19Mal 2:16
Gus. 22:21Heb 13:4
Gus. 22:21Lw 21:9
Gus. 22:21Lw 11:45; 1Kr 5:13
Gus. 22:22It 20:3; Kv 20:14; Lw 20:10; 1Kr 6:9, 10, 18
Gus. 22:24Lw 20:10; Gus 5:18; 1Ts 4:3, 6; Heb 13:4
Gus. 22:26It 4:8; Gh 35:20, 21; Yak 2:11
Gus. 22:28It 34:2, 5
Gus. 22:29It 34:11, 12; Kv 22:16
Gus. 22:30Lw 18:8; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gusubira mu vyagezwe 22:1-30

Gusubira mu vyagezwe

22 Niwabona impfizi yʼinka ya mwenewanyu canke intama yiwe yazimiye, ntuze uyirengagize+. Utegerezwa kuyimugarurira. 2 Ariko nimba mwenewanyu ataba hafi yawe canke ukaba utamuzi, utegerezwa kujana ico gitungwa muhira iwawe kikagumaho gushika mwenewanyu akirondeye. Uzoheza ukimusubize+. 3 Ukwo nyene ni ko uzobigenza ku ndogobwa yiwe, ku mpuzu yiwe canke ikindi kintu cose camutakaranye hanyuma ukagitora. Ntuze uvyirengagize.

4 Niwabona indogobwa ya mwenewanyu canke impfizi yiwe yatemvye mu nzira, ntuze uyirengagize. Ukwiye kumufasha kuyivyura+.

5 Umugore ntakwiye kwambara impuzu z’abagabo, kandi n’umugabo ntakwiye kwambara impuzu z’abagore. Umuntu wese akora ivyo arashisha Yehova Imana yanyu.

6 Niwaba uri ku nzira ukabona icari c’inyoni kirimwo utwana twayo canke amagi yayo, caba kiri ku giti canke hasi, kandi nyina ikaba ibundikiriye utwo twana canke ayo magi, ntuze uyitwarane n’utwana twayo+. 7 Utwo twana urashobora kudutwara, ariko nyina utegerezwa kuyirekura. Uze ubigenze gutyo kugira bikugendere neza no kugira urambe.

8 Niwubaka inzu nshasha, utegerezwa kuyikikuza agahome hejuru+ kugira umuntu ntahave akoroka avuye kuri yo, bigatuma wagirwa n’amaraso*.

9 Ntihaze hagire iyindi mbuto utera mu murima wawe w’imizabibu*+. Atari ukwo, umwimbu wose w’iyo mbuto n’umwimbu w’iyo mizabibu vyose bizoca vyegukira ihema ryeranda.

10 Ntuze urimishe impfizi y’inka n’indogobwa biboheye ku ngogo* imwe+.

11 Ntuze wambare impuzu ikozwe mu nyuzi z’ubwoya zivanze n’inyuzi z’ilino*+.

12 Utegerezwa gushira ubushenza ku mitwe ine y’impuzu wambara+.

13 Umugabo niyarongora umugore hanyuma bakaryamana, mugabo mu nyuma akamwanka*, 14 akamwagiriza ko yigenjeje nabi kandi akamusiga iceyi mu kuvuga ati: “Uyu mugore naramutwaye, ariko igihe naryamana na we, nta kimenyamenya nabonye c’uko yari akiri isugi.” 15 Se w’uwo mukobwa na nyina wiwe baze bazane ikimenyamenya c’uko yari akiri isugi, bagishikirize abashingantahe kw’irembo ry’igisagara. 16 Se wiwe aze abwire abo bashingantahe ati: “Uyu mugabo naramuhaye umukobwa wanje ngo bubakane, none ehe raba yamwanse 17 kandi ariko amwagiriza ko yigenjeje nabi mu kuvuga ngo: ‘Nta kimenyamenya nabonye c’uko yari akiri isugi.’ Ng’iki rero ikimenyamenya c’uko umukobwa wanje yari akiri isugi.” Bazoca basanza iyo mpuzu imbere y’abashingantahe b’ico gisagara. 18 Abashingantahe b’ico gisagara+ bazoca bafata uwo mugabo bamukosore+. 19 Bazomuca amande ya shekeli* 100 z’ifeza maze bayahe se w’uyo mukobwa, kuko uwo mugabo yambitse ibara umukobwa w’isugi wo muri Isirayeli+, kandi azoguma ari umugore wiwe. Igihe cose azoba akiriho nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana.

20 Ariko nimba ivyo amwagiriza ari ukuri, bagasanga nta kimenyamenya kihari c’uko uwo mukobwa yari isugi, 21 bazoce bamuzana ku muryango w’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamwicishe amabuye, kuko azoba yakoze ikintu giteye isoni+ muri Isirayeli mu gusambanira* mu nzu ya se+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri mwebwe+.

22 Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore w’abandi, uwo mugabo hamwe n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri Isirayeli.

23 Nimba hari umukobwa w’isugi arehejwe hanyuma uwundi mugabo akamusanga mu gisagara akaryamana na we, 24 mukwiye kubazana bose kw’irembo ry’igisagara maze mukabicisha amabuye. Uwo mukobwa azokwicwa kubera atakomye induru kandi yari mu gisagara, uwo mugabo na we yicwe kubera yamaramaje umugore wa mugenziwe+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri mwebwe.

25 Ariko nimba uwo mugabo yasanze uwo mukobwa mu gahinga hanyuma akamufata ku nguvu akaryamana na we, uwo mugabo azokwicwa wenyene. 26 Ntihaze hagire ico mugira uwo mukobwa, kuko ata caha azoba yakoze cotuma yicwa. Ni nka kurya umuntu yogurukira kuri mugenziwe akamwica+. 27 Uwo mugabo azoba yamusanze mu gahinga kandi uwo mukobwa azoba yakomye induru, ariko abura uwumutabara.

28 Umugabo niyabona umukobwa w’isugi atarehejwe, akamufata akaryamana na we maze bagafatwa+, 29 uwo mugabo ategerezwa guha se w’uwo mukobwa shekeli 50 z’ifeza, kandi uwo mukobwa azoca aba umugore wiwe+. Igihe cose uwo mugabo azoba akiriho, nta burenganzira azoba afise bwo kumwirukana kuko azoba yamumaramaje.

30 Ntihaze hagire umugabo atwara umugore wa se wiwe, kuko yoba amaramaje se wiwe*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika