ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 30
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Imigani: ibirimwo

      • UBUTUMWA BWA AGURI (1-33)

        • Ntumpe ubukene canke ubutunzi (8)

        • Ibintu bitigera bihaga (15, 16)

        • Ibintu utigera umenya inzira yavyo (18, 19)

        • Umugore arenga ibigo (20)

        • Ibikoko bifise ubwenge burenze (24)

Imigani 30:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ugutegera.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:3

Imigani 30:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:13
  • +Yes 40:12
  • +Yb 38:4

Imigani 30:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:6
  • +It 15:1; 2Sm 22:31; Zb 84:11

Imigani 30:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:2; Ivh 22:18

Imigani 30:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:22
  • +Mt 6:11; 1Tm 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 3

Imigani 30:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:10-12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 3

Imigani 30:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:24

Imigani 30:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urunganwe», «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:9; Img 19:26; Mr 7:10, 11

Imigani 30:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umwanda mukuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:1, 2; Yes 65:5; 1Yh 1:8

Imigani 30:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 101:5; Img 6:16, 17

Imigani 30:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:4; Img 22:16; Yes 32:7

Imigani 30:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imiyoka.»

Imigani 30:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 27:20

Imigani 30:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mubande.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 23:22
  • +Lw 20:9; Gus 21:18, 21; Img 20:20

Imigani 30:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bintangaza cane.»

Imigani 30:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «y’imeri.» Imeri ni ubwato bunini.

Imigani 30:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 7:10, 11

Imigani 30:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 19:10; Ums 10:7; Yes 3:4

Imigani 30:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «adakundwa.»

  • *

    Canke «yomoye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:5

Imigani 30:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ariko bigenza itima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 35:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 173-175

Imigani 30:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:6-8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 16

Imigani 30:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:5
  • +Zb 104:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 17-18

Imigani 30:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «zigenda zitonze nk’izigiye ku rugamba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:14; Yw 1:4
  • +Yw 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 18-19

Imigani 30:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:29, 30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 19

    Be maso!,

    9/2006, rup. 5, 7

Imigani 30:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:24; Yes 31:4

Imigani 30:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:12
  • +Img 27:2

Imigani 30:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2008, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Imig. 30:2Yb 42:3
Imig. 30:4Yoh 3:13
Imig. 30:4Yes 40:12
Imig. 30:4Yb 38:4
Imig. 30:5Zb 12:6
Imig. 30:5It 15:1; 2Sm 22:31; Zb 84:11
Imig. 30:6Gus 4:2; Ivh 22:18
Imig. 30:8Img 12:22
Imig. 30:8Mt 6:11; 1Tm 6:8
Imig. 30:9Gus 6:10-12
Imig. 30:10Dn 6:24
Imig. 30:11Lw 20:9; Img 19:26; Mr 7:10, 11
Imig. 30:12Zb 36:1, 2; Yes 65:5; 1Yh 1:8
Imig. 30:13Zb 101:5; Img 6:16, 17
Imig. 30:14Zb 14:4; Img 22:16; Yes 32:7
Imig. 30:16Img 27:20
Imig. 30:17Img 23:22
Imig. 30:17Lw 20:9; Gus 21:18, 21; Img 20:20
Imig. 30:20Img 7:10, 11
Imig. 30:22Img 19:10; Ums 10:7; Yes 3:4
Imig. 30:23It 16:5
Imig. 30:24Yb 35:11
Imig. 30:25Img 6:6-8
Imig. 30:26Lw 11:5
Imig. 30:26Zb 104:18
Imig. 30:27Kv 10:14; Yw 1:4
Imig. 30:27Yw 2:7
Imig. 30:28Lw 11:29, 30
Imig. 30:30Gh 23:24; Yes 31:4
Imig. 30:32Img 26:12
Imig. 30:32Img 27:2
Imig. 30:33Img 26:21
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Imigani 30:1-33

Imigani

30 Ubutumwa buhambaye Aguri mwene Yake yabwiye Itiyeli na Ukali:

 2 ndi ikijuju kuruta abandi bantu bose+,

kandi ubwenge* abandi bantu bafise jewe nta bwo mfise.

 3 Sinigeze ndonka ubukerebutsi,

kandi nta bumenyi mfise bwa wa Mweranda cane.

 4 Ni nde yaduze mw’ijuru hanyuma akavayo+?

Ni nde yegeranirije umuyaga mu biganza vyiwe?

Ni nde yatekeye amazi mu mpuzu yiwe+?

Ni nde yashinze aho isi igarukira hose+?

Yitwa nde, kandi umwana wiwe ni nde, nimba ubizi?

 5 Amajambo y’Imana yose aratyoroye+.

Ni inkinzo kuri abo bose bayihungirako+.

 6 Ntihagire ico wongera ku majambo yayo+,

ahandiho yoguhana

ugaca ugaragara ko uri umubeshi.

 7 Ndagusavye ibintu bibiri.

Ntubinyime imbere y’uko mpfa.

 8 Niwigize kure yanje uburyarya n’ibinyoma+.

Ntumpe ubukene canke ubutunzi.

Reka nirire ivyo kurya binkwiye+,

 9 kugira simpave mpaga maze nkakwihakana, nkavuga nti: «Yehova ni nde+?»

Ntureke kandi ngo mbe umukene, kugira simpave niba maze ngasiga iceyi izina ry’Imana yanje.

10 Ntubeshere umusuku kuri shebuja,

ahandiho yohava akuvuma maze ukagirwa n’icaha+.

11 Hari abantu* batuka ba se

kandi ntibahezagire ba nyina+.

12 Hari abantu bibwira yuko badahumanye+,

ariko batiyogeje ubucafu* bwabo.

13 Hari abantu bishima cane

kandi basuzugura abandi birenze+.

14 Hari abantu amenyo yabo ameze nk’inkota

n’imibangabanga yabo imeze nk’imbugita,

kugira barotse abantu batobato bave kw’isi

no kugira bazimanganye abakene mu bantu+.

15 Imisundo* ifise abakobwa babiri baguma basemerera ngo «Impa! Impa!»

Hari ibintu bitatu bitigera bihaga,

emwe ibintu bine bitigera bivuga ngo «Birakwiye!»:

16 Ukuzimu+, inda y’ingumba,

ubutaka butagira amazi

n’umuriro utigera uvuga ngo «Birakwiye!»

17 Ijisho ry’umuntu asuzugura se kandi ntagamburukire nyina+,

ibikona vyo mu mwonga* bizorinogora

kandi ibiswi vy’inkona bizorirya+.

18 Hari ibintu bitatu ntatahura*,

emwe ibintu bine binsiga ubwenge:

19 Inzira y’inkona mu kirere,

inzira y’inzoka ku gitandara,

inzira y’ubwato* mu kiyaga

n’inzira y’umugabo ari kumwe n’inkumi.

20 Ng’iyi inzira y’umugore arenga ibigo:

ararya, akihanagura umunwa

maze akavuga ati: «Nta kibi nakoze+.»

21 Hari ibintu bitatu bijugumiza isi,

emwe ibintu bine idashobora kwihanganira:

22 igihe umushumba abaye umwami+,

igihe ikijuju cariye kigahimba,

23 igihe umukobwa yankwa* arongowe

n’igihe umusukukazi asubiriye* inabuja+.

24 Hari ibintu bine bitobito kw’isi,

ariko bifise ubwenge burenze*+:

25 Ibimonyo, ni udukoko tutagira inguvu

ariko turategura ibifungurwa vyatwo mu ci+;

26 inkezi zo mu bitandara+, ni udukoko tudakomeye

ariko turubaka inzu zatwo mu bitandara+;

27 inzige+, nta mwami zigira

ariko zose zigenda zipanze mu migwi*+;

28 akaburuburu+, karamata ku bintu n’amaguru

kandi kakinjira mu kirimba c’umwami.

29 Hari ibintu bitatu bitambuka mu buryo butangaje,

emwe ibintu bine bitangaje iyo biriko biragenda:

30 intambwe, ni co gikoko gikomeye kuruta ibindi vyose

kandi nta muntu n’umwe agikanga+,

31 imbwa y’uruhigi, isuguru y’impene

n’umwami ari kumwe n’ingabo ziwe.

32 Nimba warakoze ivy’ubupfu mu kwishira hejuru+

canke ukaba wariyumviriye kubigira,

niwifate ku munwa+.

33 Nka kurya nyene guterera amata bizana amavuta

no gufyonda izuru bikazana amaraso,

ni ko no kuvyura ishavu bizana amahane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika