ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Kuvayo: ibirimwo

      • Amategeko agenga Abisirayeli (1-19)

        • Kuvuga ukuri no kutarenganya abandi (1-9)

        • Amasabato n’imisi mikuru (10-19)

      • Umumarayika ayobora Abisirayeli (20-26)

      • Kwigarurira igihugu no kwerekana imbibe (27-33)

Kuvayo 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:16; Img 6:16, 19
  • +Gus 19:18, 19; Img 19:5

Kuvayo 23:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kugira gusa ushimishe benshi.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    9/2020, rup. 2

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 10-12

Kuvayo 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:15

Kuvayo 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 25:21; 1Ts 5:15

Kuvayo 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:4; Lk 6:27; Rm 12:21

Kuvayo 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:19; 2Ng 19:7

Kuvayo 23:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntashobora kumwambika izera.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:15; Rm 1:18; 2:6

Kuvayo 23:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:7

Kuvayo 23:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urazi ingene kavamahanga yiyumva.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 9

Kuvayo 23:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:3, 4

Kuvayo 23:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Imyelayo bayita kandi olive.

Kuvayo 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:9, 10; Gus 5:14

Kuvayo 23:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:9
  • +Gus 12:3; Yos 23:6, 7

Kuvayo 23:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:16

Kuvayo 23:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya B15.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:6; Lk 22:7
  • +Kv 12:18
  • +Gus 16:17

Kuvayo 23:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Witwa kandi umusi mukuru w’amayinga canke Pentekoti.

  • *

    Witwa kandi umusi mukuru w’insago (amahema).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:26; Gus 16:9, 10; Ivk 2:1
  • +Gus 16:13; Neh 8:14; Yoh 7:2

Kuvayo 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:5, 6

Kuvayo 23:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:8, 12; 1Kr 15:20
  • +Gus 14:21; Img 12:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 30

    1/4/2006, rup. 31

    15/3/2004, rup. 27

    15/7/2003, rup. 26-27

Kuvayo 23:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:19
  • +Gh 20:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2010, rup. 6

    15/9/2010, rup. 21

    15/3/2004, rup. 27

Kuvayo 23:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:35; Yos 24:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2010, rup. 6

    15/9/2010, rup. 21

    15/3/2004, rup. 27

Kuvayo 23:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:11; Yos 5:13, 14; 24:8

Kuvayo 23:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuzikorera.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Lw 18:3; Gus 12:30; 2Ng 33:2
  • +Kv 20:3; Gh 33:52

Kuvayo 23:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nzokura indwara hagati yanyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:13; 10:12; Yos 22:5; Mt 4:10
  • +Gus 7:13
  • +Gus 7:15

Kuvayo 23:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:14; 28:4

Kuvayo 23:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzotuma abansi banyu bose bahindukiza umugongo bahunge.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 2:25; Yos 2:9
  • +Gus 7:23, 24

Kuvayo 23:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «bacika ivutu», «batekerwa n’ubwoba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:20; Yos 2:11
  • +Yos 24:11

Kuvayo 23:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:22

Kuvayo 23:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:4

Kuvayo 23:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni uruzi Efurate.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; Gus 1:7; Yos 1:4; 1Bm 4:21
  • +Abc 1:4; 11:21

Kuvayo 23:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:12; Gh 25:1, 2; Gus 7:2; 2Kr 6:14

Kuvayo 23:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 23:12, 13; Abc 1:28; Zb 106:36

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Kuv. 23:1Lw 19:16; Img 6:16, 19
Kuv. 23:1Gus 19:18, 19; Img 19:5
Kuv. 23:3Lw 19:15
Kuv. 23:4Img 25:21; 1Ts 5:15
Kuv. 23:5Gus 22:4; Lk 6:27; Rm 12:21
Kuv. 23:6Gus 16:19; 2Ng 19:7
Kuv. 23:7Img 17:15; Rm 1:18; 2:6
Kuv. 23:8Ums 7:7
Kuv. 23:9Lw 19:34
Kuv. 23:10Lw 25:3, 4
Kuv. 23:12Kv 20:9, 10; Gus 5:14
Kuv. 23:13Gus 4:9
Kuv. 23:13Gus 12:3; Yos 23:6, 7
Kuv. 23:14Gus 16:16
Kuv. 23:15Lw 23:6; Lk 22:7
Kuv. 23:15Kv 12:18
Kuv. 23:15Gus 16:17
Kuv. 23:16Gh 28:26; Gus 16:9, 10; Ivk 2:1
Kuv. 23:16Gus 16:13; Neh 8:14; Yoh 7:2
Kuv. 23:17Gus 12:5, 6
Kuv. 23:19Gh 18:8, 12; 1Kr 15:20
Kuv. 23:19Gus 14:21; Img 12:10
Kuv. 23:20Kv 14:19
Kuv. 23:20Gh 20:16
Kuv. 23:21Gh 14:35; Yos 24:19
Kuv. 23:23Kv 34:11; Yos 5:13, 14; 24:8
Kuv. 23:24Kv 20:5; Lw 18:3; Gus 12:30; 2Ng 33:2
Kuv. 23:24Kv 20:3; Gh 33:52
Kuv. 23:25Gus 6:13; 10:12; Yos 22:5; Mt 4:10
Kuv. 23:25Gus 7:13
Kuv. 23:25Gus 7:15
Kuv. 23:26Gus 7:14; 28:4
Kuv. 23:27Gus 2:25; Yos 2:9
Kuv. 23:27Gus 7:23, 24
Kuv. 23:28Gus 7:20; Yos 2:11
Kuv. 23:28Yos 24:11
Kuv. 23:29Gus 7:22
Kuv. 23:30Gus 9:4
Kuv. 23:31It 15:18; Gus 1:7; Yos 1:4; 1Bm 4:21
Kuv. 23:31Abc 1:4; 11:21
Kuv. 23:32Kv 34:12; Gh 25:1, 2; Gus 7:2; 2Kr 6:14
Kuv. 23:33Yos 23:12, 13; Abc 1:28; Zb 106:36
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Kuvayo 23:1-33

Kuvayo

23 Ntugakwiragize inkuru y’ikinyoma+. Ntuze ushigikire inkozi y’ikibi mu kwagiriza abandi ibinyoma+. 2 Ntugakurikire isinzi kugira mukore ikibi. Ntukagoreke urubanza mu gushinga intahe y’ikinyoma kugira gusa uje ku ruhande rwa benshi*. 3 Ntuze ugire aho uhengamira mu rubanza rurimwo umukene+.

4 Niwabona impfizi y’inka canke indogobwa y’umwansi wawe yazimiye, utegerezwa kuyimuzanira+. 5 Niwabona indogobwa y’umwansi wawe biyinaniye guhaguruka kubera iremerewe n’umuzigo, ntuze wirenganire ngo umere nk’uwutayibonye. Utegerezwa kumufasha kuyiremurura+.

6 Ntukarenganye umukene mu rubanza+.

7 Wirinde ibinyoma kandi ntuze wice intungane n’umugororotsi, kuko umubisha ntashobora kumwita umugororotsi*+.

8 Ntukemere igiturire, kuko igiturire gihuma amaso abantu babona kure, kandi kirashobora kugoramika amajambo y’abagororotsi+.

9 Ntugacinyize kavamahanga. Urazi ingene ubuzima bw’umunyamahanga bumeze*, kuko wabaye kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.

10 Uzoteragira umurima wawe wongere wimbure mu myaka itandatu+. 11 Ariko mu mwaka ugira indwi ntuze uwurime, uzowureke urare. Abakene bo mu bantu bawe bazorya ibizoba vyameze muri wo, ibisigaye na vyo biribwe n’ibikoko vyo mw’ishamba. Uzobigenza gutyo nyene ku mirima yawe y’imizabibu n’iy’imyelayo*.

12 Uzokora ibikorwa vyawe imisi itandatu, ariko ku musi ugira indwi nta gikorwa na kimwe uzokora. Ivyo bizotuma impfizi y’inka yawe n’indogobwa yawe biruhuka, bitume n’umwana w’umusukukazi wawe na kavamahanga bagarura agatege+.

13 Muze mwitwararike gukora ivyo nabategetse vyose+, kandi ntimuze muvuge amazina y’izindi mana. Ntimuzoyacishe no mu kanwa kanyu+.

14 Muzohimbaza imisi mikuru yanje gatatu mu mwaka+. 15 Muzohimbaza umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro+. Nk’uko nabibategetse, muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro, igihe nashinze co mu kwezi kwa Abibu* kigeze+, kuko ari ho mwavuye mu Misiri. Nta n’umwe akwiye kuza imbere yanje iminwe misa+. 16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+. 17 Gatatu mu mwaka, abagabo bose babwirizwa kuza imbere ya Yehova Umukama w’ukuri+.

18 Ntimuze mushikane amaraso y’ikimazi canje ari kumwe n’ibintu birimwo umwambiro. Ibinure bishikanywe ku misi mikuru yanje ntibikwiye kurara.

19 Uzozana ku nzu ya Yehova Imana yawe ivyimburwa vyizavyiza mu vyeze ubwa mbere mu mirima yawe+.

Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.

20 Ehe ndungitse umumarayika imbere yanyu+ kugira abakingire ku rugendo yongere abashikane ahantu nateguye+. 21 Muze mumwumvirize kandi mumugamburukire. Ntimuze mumugararize kuko aje mw’izina ryanje, kandi ntazoharira amakosa yanyu+. 22 Ariko nimwangamburukira ata guca ku ruhande, mugakora ivyo mvuze vyose, nzokwanka ababanka kandi nzorwanya ababarwanya. 23 Umumarayika wanje azobaja imbere abashikane mu gihugu c’Abamori, Abaheti, Abaperizi, Abanyakanani, Abahiwi n’Abayebusi kandi nzobazimanganya+. 24 Ntimuze mwunamire imana zabo canke ngo mwoshwe kuzisenga*, kandi ntimuze mwigane imigenzo yabo+. Ahubwo muzozimenagure, musavye n’inkingi nyeranda zabo z’amabuye+. 25 Mutegerezwa gusenga jewe Yehova Imana yanyu+, nanje nzohezagira umukate wanyu n’amazi yanyu+. Nzobakingira indwara*+. 26 Nta nda izokoroka mu gihugu iwanyu kandi nta mugore azoba ingumba+. Nzotuma muramba cane.

27 Nzotuma abantu bantinya n’imbere y’uko mushika+, kandi amahanga yose mushitsemwo nzotuma aja mu ruhagarara. Nzotuma abansi banyu bose batsindwa, bate bomoke*+. 28 Nzotuma abansi banyu bacika intege* n’imbere y’uko mushika+ kandi nzokwirukana Abahiwi, Abanyakanani n’Abaheti bababise+. 29 Sinzobirukana mu mwaka umwe kugira igihugu ntigihinduke amashamba, hanyuma ibikoko vyo mw’ishamba bikagwirirana maze bikabagirira nabi+. 30 Nzobirukana bukebuke gushika mumaze kugwira, mukigarurira ico gihugu+.

31 Nzoshinga urubibe rwanyu kuva ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no kuva mu bugaragwa gushika kuri rwa ruzi runini*+. Nzotuma mutsinda ababa muri ico gihugu kandi muzobirukana bababise+. 32 Ntimuze mugiranire isezerano na bo canke imana zabo+. 33 Ntibaze babe mu gihugu canyu kuko bohava batuma muncumurako. Nimwaramuka musenze imana zabo bizobabera umutego+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika