ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Guhuza ibitsina kutemewe n’amategeko (1-30)

        • Ntimuze mwigane Abanyakanani (3)

        • Ubwoko butandukanye bw’ukugoka (6-18)

        • Mu gihe c’ubutinyanka (19)

        • Kuryamana kw’abasangiye ibitsina (22)

        • Gusambana n’ibikoko (23)

        • «Mugume mudahumanye, ahandiho igihugu kizobadahwa» (24-30)

Abalewi 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7; Kv 6:7

Abalewi 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:24; Lw 20:23

Abalewi 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:22; Gus 4:1

Abalewi 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:27, 28; Rm 10:5; Gl 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 6

Abalewi 18:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «apfukura ubwambure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:17

Abalewi 18:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umugore wa so wawe.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ni ubwambure bwa so wawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:22; 49:4; Lw 20:11; Gus 27:20; 2Sm 16:21; 1Kr 5:1

Abalewi 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:10-12

Abalewi 18:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:19

Abalewi 18:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ntuze upfukure ubwambure bwa mwenewabo na so wawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:20

Abalewi 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:12

Abalewi 18:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ni ubwambure bwa mwenewanyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:21; Gus 25:5; Mr 6:17, 18

Abalewi 18:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inyifato iteye isoni», «ikintu c’akamaramaza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:14; Gus 27:23

Abalewi 18:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «baba abakeba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:15

Abalewi 18:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ari mu kwezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 15:19, 24; 20:18

Abalewi 18:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «w’umubanyi wawe», «w’uwo mukorana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:14; Lw 20:10; Gus 22:22; Img 6:29; Mt 5:27, 28; 1Kr 6:9, 10; Heb 13:4

Abalewi 18:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yegurirwa», «atangwako ikimazi.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:2; Gus 18:10; 1Bm 11:7; 2Bm 23:10
  • +Lw 20:3

Abalewi 18:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:5; Lw 20:13; Abc 19:22; Rm 1:26, 27; 1Kr 6:9, 10; Yud 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2012, rup. 28

Abalewi 18:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kwitega igikoko ngo bisambane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:19; Lw 20:15, 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 27

Abalewi 18:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:23; Gus 18:12

Abalewi 18:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:16

Abalewi 18:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:22; Gus 4:1, 40
  • +Kv 12:49

Abalewi 18:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:17, 18; 2Bm 16:2, 3; 21:1, 2

Abalewi 18:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kurandurwa mu bantu b’iwabo.»

Abalewi 18:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3; 20:23; Gus 18:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 18:2It 17:7; Kv 6:7
Lew. 18:3Kv 23:24; Lw 20:23
Lew. 18:4Lw 20:22; Gus 4:1
Lew. 18:5Lk 10:27, 28; Rm 10:5; Gl 3:12
Lew. 18:6Lw 20:17
Lew. 18:8It 35:22; 49:4; Lw 20:11; Gus 27:20; 2Sm 16:21; 1Kr 5:1
Lew. 18:9Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:10-12
Lew. 18:12Lw 20:19
Lew. 18:14Lw 20:20
Lew. 18:15Lw 20:12
Lew. 18:16Lw 20:21; Gus 25:5; Mr 6:17, 18
Lew. 18:17Lw 20:14; Gus 27:23
Lew. 18:18It 30:15
Lew. 18:19Lw 15:19, 24; 20:18
Lew. 18:20Kv 20:14; Lw 20:10; Gus 22:22; Img 6:29; Mt 5:27, 28; 1Kr 6:9, 10; Heb 13:4
Lew. 18:21Lw 20:2; Gus 18:10; 1Bm 11:7; 2Bm 23:10
Lew. 18:21Lw 20:3
Lew. 18:22It 19:5; Lw 20:13; Abc 19:22; Rm 1:26, 27; 1Kr 6:9, 10; Yud 7
Lew. 18:23Kv 22:19; Lw 20:15, 16
Lew. 18:24Lw 20:23; Gus 18:12
Lew. 18:25It 15:16
Lew. 18:26Lw 20:22; Gus 4:1, 40
Lew. 18:26Kv 12:49
Lew. 18:27Gus 20:17, 18; 2Bm 16:2, 3; 21:1, 2
Lew. 18:30Lw 18:3; 20:23; Gus 18:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 18:1-30

Abalewi

18 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 2 «Barira Abisirayeli uti: “Ndi Yehova Imana yanyu+. 3 Ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Misiri mwahoze mubamwo, kandi ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Kanani ndiko ndabajanamwo+. Ntimuze mukurikize imigenzo yabo. 4 Muze mukurikize ingingo nashinze kandi mugamburuke ivyagezwe vyanje, mubeho muvyisunga+. Ndi Yehova Imana yanyu. 5 Mutegerezwa kwubahiriza ivyagezwe vyanje n’ingingo nashinze. Umuntu wese avyubahiriza azobeshwaho na vyo+. Ndi Yehova.

6 Ntihaze hagire umuntu n’umwe aryamana* n’incuti yiwe ya hafi+. Ndi Yehova. 7 Ntuze uryamane na so wawe. Ntuze uryamane na nyoko wawe. Ni nyoko wawe, ntukwiye kuryamana na we.

8 Ntuze uryamane na mukaso*+. Woba umaramaje so wawe*.

9 Ntuze uryamane na mushikawe, yaba ari uwo musangiye so canke nyoko, mwaba mwavukiye mu rugo rumwe canke yavukiye hanze+.

10 Ntuze uryamane n’umwuzukuru wawe, yaba ari uwo ku mukobwa wawe canke ku muhungu wawe, kuko woba wimaramaje.

11 Ntuze uryamane n’umukobwa wa mukaso. Ni mushikawe kuko ari umukobwa wa so wawe.

12 Ntuze uryamane na mushiki wa so wawe. Ni incuti y’amaraso ya so wawe+.

13 Ntuze uryamane na nyokwanyu, kuko ari incuti y’amaraso ya nyoko wawe.

14 Ntuze umaramaze sowanyu* mu kuryamana n’umugore wiwe. Ni mukasowanyu+.

15 Ntuze uryamane n’umukazana wawe+. Ni umugore w’umuhungu wawe. Ntukwiye kuryamana na we.

16 Ntuze uryamane n’umugore wa mwenewanyu+, kuko woba umaramaje mwenewanyu*.

17 Ntuze uryamane n’umugore hamwe n’umukobwa wiwe+. Ntuze uryamane n’umukobwa w’umuhungu wiwe canke umukobwa w’umukobwa wiwe. Ni incuti ziwe za hafi. Ico ni ikintu giteye isoni*.

18 Ntuze utware mwenewabo n’umugore wawe+ ngo muryamane kandi umugore wawe akiriho, kuko vyotuma bankana*.

19 Ntuze uryamane n’umugore igihe ari mu butinyanka*+.

20 Ntuze uryamane n’umugore wa mugenzawe* kuko woba wihumanije+.

21 Ntuze ureke ngo hagire uwo mu ruvyaro rwawe ahabwa* Moleki*+. Ntuze uhumanye izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo+. Ndi Yehova.

22 Ntuze uryamane n’umugabo nka kurya baryamana n’umugore+. Ni ikintu gishisha.

23 Umugabo ntakwiye gusambana n’igikoko kuko yoba yihumanije, kandi n’umugore ntakwiye gusambana n’igikoko*+. Ukwo ni ugukora ibidakorwa.

24 Ntimuze mwihumanishe ikintu na kimwe muri ivyo, kuko ivyo bintu vyose ari vyo vyahumanije amahanga ndiko ndirukana ngo ababise+. 25 Ni co gituma igihugu gihumanye. Nzogihanira ikosa ryaco kandi kizodahwa abakibamwo+. 26 Ariko mwebwe mukwiye gukurikiza ivyagezwe vyanje n’ingingo nashinze+. Ntihaze hagire uwukora ivyo bintu bishisha, yaba ari imvukira canke umunyamahanga aba muri mwebwe+. 27 Kuko ivyo bintu vyose bishisha ari vyo abantu babaye muri iki gihugu imbere yanyu bakoze+, none ubu igihugu kirahumanye. 28 Ico gihugu rero ntikizobadahwa ngo mwagihumanije, nk’uko kizodahwa amahanga yabaye muri co imbere yanyu. 29 Uwuzokora ikintu na kimwe muri ivyo bintu bishisha abwirizwa gupfa*. 30 Mutegerezwa kwubahiriza ivyo ndabasavye, ntimwisunge imigenzo ishisha yakurikizwa n’ababaye muri ico gihugu imbere yanyu+, kugira ntimwihumanye. Ndi Yehova Imana yanyu.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika