MATAYO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Abaragurisha inyenyeri baza kumuraba (1-12)
Bahungira mu Misiri (13-15)
Herodi yica abana b’abahungu (16-18)
Bagaruka i Nazareti (19-23)
3
4
Shetani agerageza Yezu (1-11)
Yezu atangura kwamamaza i Galilaya (12-17)
Ahamagara abigishwa biwe ba mbere (18-22)
Yezu yamamaza, yigisha kandi agakiza (23-25)
5
6
7
8
Akiza umunyamibembe (1-4)
Ukwizera kw’intwazangabo (5-13)
Yezu akiza abantu benshi i Kaperinawumu (14-17)
Ico bisobanura gukurikira Yezu (18-22)
Yezu ahwamika igihuhusi (23-27)
Yezu arungika amadayimoni mu ngurube (28-34)
9
Yezu akiza umuntu amugaye (1-8)
Yezu ahamagara Matayo (9-13)
Ikibazo kijanye n’ukwisonzesha (14-17)
Umukobwa wa Yayiro; umugore akora ku mpuzu za Yezu (18-26)
Yezu akiza impumyi be n’umuragi (27-34)
Ivyimburwa ni vyinshi ariko abakozi ni bake (35-38)
10
Za ntumwa 12 (1-4)
Ivyo bokwisunga bagiye kwamamaza (5-15)
Abigishwa bazohamwa (16-25)
Nimutinye Imana, ntimutinye abantu (26-31)
Sinaje kuzana amahoro, naje kuzana inkota (32-39)
Kwakira abigishwa ba Yezu (40-42)
11
Yezu ahayagiza Yohani Umubatizi (1-15)
Yezu anebagura urunganwe rw’abantu batagira ukwizera (16-24)
Ashemeza Se wiwe kubera yitaho abantu batobato (25-27)
Ingogo ya Yezu iraruhura (28-30)
12
Yezu «arafise ububasha kw’isabato» (1-8)
Yezu akiza umugabo afise ukuboko kumugaye (9-14)
Umusavyi w’Imana, uwo ikunda cane (15-21)
Yezu yirukana amadayimoni afashijwe n’impwemu nyeranda (22-30)
Igicumuro kidaharirwa (31, 32)
Igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco (33-37)
«Ikimenyetso ca Yona» (38-42)
Iyo impwemu mbi igarutse (43-45)
Nyina wa Yezu na benewabo (46-50)
13
14
Baca umutwe Yohani Umubatizi (1-12)
Yezu agaburira abagabo 5.000 (13-21)
Yezu agendera ku mazi (22-33)
Yezu akiza abantu i Genesareti (34-36)
15
Yiyamiriza imigenzo y’abantu (1-9)
Ibiva mu mutima ni vyo bihumanya (10-20)
Ukwizera gukomeye kw’Umunyafenisiyakazi (21-28)
Yezu akiza indwara nyinshi (29-31)
Yezu agaburira abagabo 4.000 (32-39)
16
Abafarizayo n’Abasadukayo basaba ikimenyetso (1-4)
Umwambiro w’Abafarizayo n’Abasadukayo (5-12)
Impfunguruzo z’Ubwami (13-20)
Yezu amenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (21-23)
Ivyo abigishwa b’ukuri basabwa (24-28)
17
Yezu ahinduka ukundi (1-13)
Ukwizera kumeze nk’agatete ka sinapi (14-21)
Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (22, 23)
Bariha ikori bakoresheje igiceri kivuye mu kanwa k’ifi (24-27)
18
Umukuru mu Bwami (1-6)
Ibitsitaza (7-11)
Ikigereranyo c’intama yatakaye (12-14)
Ingene worokora mwenewanyu (15-20)
Ikigereranyo c’umushumba adatanga imbabazi (21-35)
19
Ukwubaka be n’ukwahukana (1-9)
Ingabirano y’ukutubaka (10-12)
Yezu ahezagira abana (13-15)
Umusore w’umutunzi abaza ikibazo (16-24)
Kwihebera Ubwami (25-30)
20
Abakozi bo mu murima w’imizabibu baronka impembo ingana (1-16)
Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (17-19)
Basaba kuronka ibibanza kanaka mu Bwami (20-28)
Yezu akiza abagabo babiri b’impumyi (29-34)
21
Yezu yinjira i Yeruzalemu nk’umwami (1-11)
Yezu ahumanura urusengero (12-17)
Avuma igiti c’umusukoni (18-22)
«Ni ububasha nyabaki butuma ukora ivyo bintu?» (23-27)
Ikigereranyo c’abahungu babiri (28-32)
Ikigereranyo c’abarimyi b’abicanyi (33-46)
22
Ikigereranyo c’urubanza rw’ubugeni (1-14)
Imana na Sezari (15-22)
Ikibazo ku bijanye n’izuka (23-33)
Amabwirizwa abiri aruta ayandi yose (34-40)
Kristu yoba ari mwene Dawidi? (41-46)
23
Ntimwigane abanditsi n’Abafarizayo (1-12)
Abanditsi n’Abafarizayo baragowe (13-36)
Yezu aririra Yeruzalemu (37-39)
24
25
26
Abaherezi baja inama yo kwica Yezu (1-5)
Amavuta amota neza asukwa kuri Yezu (6-13)
Pasika ya nyuma hamwe n’uwugurisha Yezu (14-25)
Atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (26-30)
Avuga ko Petero aza kumwihakana (31-35)
Yezu asenga ari i Getsemani (36-46)
Bafata Yezu (47-56)
Asambishirizwa imbere y’Inama nkuru (57-68)
Petero yihakana Yezu (69-75)
27
Yezu ashikirizwa Pilato (1, 2)
Yuda yiyahura (3-10)
Yezu ari imbere ya Pilato (11-26)
Abasoda batwenga Yezu (27-31)
Yezu amanikwa ku giti i Gologota (32-44)
Urupfu rwa Yezu (45-56)
Amaziko ya Yezu (57-61)
Bacunga neza imva ya Yezu (62-66)
28