Ibirimwo
Myandagaro 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
URWARUKA RURIBAZA . . .
Kubera iki nikebagura?
Umwigeme yitwa Jerrine avuga ati: “Igihe cose vyashika nkikebagura, wasanga ntiyumvira abandi bantu, nkaba naribaza yuko bitobaye ngombwa ko ntorera umuti ingorane zanje.” Kwikebagura ni ingorane abakiri bato benshi bafise. None iterwa n’iki? Yoba ari impararo gusa? Nimba uhora wikebagura, wokura hehe icogufasha?
(Raba INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe ayo mashusho mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.