Ibirimwo
Mukakaro 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Igihe ushikiwe n’ivyago
URUPAPURO RWA 4-7
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
Nurabe inyishu zishingiye kuri Bibiliya z’ibibazo bitari bike, ushizemwo n’ibi:
• “Nosigura gute ivyo nemera ku bijanye n’ivy’igitsina?”
• “Nokora iki mu gihe abandi bamvugavuga?”
• “Nokora iki ngo ndeke kuba nzobandabikora?”
Raba na videwo ivuga ngo Ivyo urunganwe rwawe ruvuga—Amahera.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe ayo mashusho mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA)