Ubuhinga bwa none: Ubukoresha neza canke nabi?
No. 2 2021
© 2021 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, ja kuri donate.jw.org. Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.