ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 6
  • Menyekanisha ya nkuru nziza itazoshira

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Menyekanisha ya nkuru nziza itazoshira
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Ingene abamarayika bashobora kugufasha
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Tuvuge iyi nkuru nziza y’Ubwami
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ico abamarayika bakora ku bijanye n’abantu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Imfashanyo itangwa n’abamarayika b’Imana
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 6

Ururirimbo rwa 6

Menyekanisha ya nkuru nziza itazoshira

(Ivyahishuriwe 14:6-8)

1. Mu kirer’umumarayik’anyaruka,

Avug’inkuru nziza mu kuguruka.

Ati: ‘Shim’umw’ari ku ntebe mw’ijuru.

Senga Yehova wenyene ni mukuru.

Hageze kw’ac’urubanza ruboneka,

Ejobund’ababi bos’azobereka’.

Abamamaz’Ubwami bo ntibatinye;

Vug’ices’inkuru bose bayimenye.

2. Har’uwundi mumarayik’amenyesha

Ico twebw’Ivyabona twoja kwigisha.

Ati: ‘Babiloni yatemvye kabaye’,

Vuba izohona ata gisigaye.

Yehova rer’adusaba ko twovuga

K’ukwihora kwiw’ababi bokwitega.

Dufis’indimiro niniya ntangere,

Arik’umumarayik’atuj’imbere.

3. Yezu n’abamarayika baratonze;

Vub’azoc’imanza nk’uko yabishinze.

Rek’ikibi, kor’iciza mwe bizerwa.

Tiny’Imana yonyene mutananirwa.

Ico dutegekwa n’Umukama wacu

Ni kwa kwigish’Ijambo ry’Imana yacu.

Muze tuvugan’umutima rugabo.

Basenge Yehova mu buzima bwabo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika