ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 152
  • Dukenguruke imbabazi z’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dukenguruke imbabazi z’Imana
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Dukwiye kuba abantu bameze gute?
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Tuninahaze Dawe wa twese Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • “Munezererwe kwizigira ibizoba”
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twumvire Imana kuyirutisha abantu
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 152

Ururirimbo rwa 152

Dukenguruke imbabazi z’Imana

(Abaroma 11:33-35)

1. Ubwenge buri mu Mana

Mu bwinshi nta co bisa!

Imanza n’inzira zayo,

Nta muntu yobisesa.

Ni nde ayigir’inama

Canke yayifashije,

Kugira ngo hazogire

Ikint’idusubije?

2. Ku mbabazi za Yehova

Twame dukenguruka.

Dutang’imibiri yacu

Ku Man’igororoka.

Kubera ko twiyeguye

Twame tubigendera,

Dukoresh’ubwenge bwacu

Mu vyo tuyikorera.

3. Twame tunagur’ubwenge

Twirind’ibintu vy’isi.

Kwa kuri kutuyobore

Twizeye buri musi.

’Man’izoduhezagira

Ni twaba dukundana,

Kandi tugaca bugufi

Ni ho tuzotekana.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika