ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 197
  • Ririmbira akaririmbo Yehova!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ririmbira akaririmbo Yehova!
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Ya ndirimbo nshasha
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Rwa ruririmbo rushasha
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Uyu ni umusi wa Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ya ndirimbo nshasha
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 197

Ururirimbo rwa 197

Ririmbira akaririmbo Yehova!

(Zaburi 47:6)

1. Turaririmbir’Imana

Dukoreshej’ubwenge;

Ub’isi yahaw’Umwana

W’Imana w’ikinege.

Dukomer’amash’Imana

Ku vyiza vyayo yemwe!

Tubogabog’ishemezo

Turirimbira hamwe.

Ko Krist’Umwami yimitswe

’Mahanga natinye.

Araganza; tubivuge

Bose babimenye.

2. Ibi bihe biragoye:

Intuntu yo ntivugwa.

Ni mu bihe bitoroshe

Birangwa n’amagorwa.

Mugabo hagira haze

Ya ntwar’izoyaheza.

Hazobah’Iparadizo,

Hab’akanyamuneza.

Turindiriy’uwo musi

Vyose bibe bisha.

Kugira ng’uzobibone

Kor’ibishimisha.

3. Ya akor’ibikomeye

Is’iravyibonera.

Iman’iritwararika

Umunt’ayikorera.

Kw’Iman’iganz’isi yose,

Ivyiza nta vy’itwima.

Muze tuyiririmbire

Bivuye ku mutima.

Bavukanyi, muze mwese

Tumuririmbire.

Ni w’avyagiye ku ntebe;

Ni mwiza ntangere.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika