Umutwe mukuru/Abagisohoye
Ivyahishuwe: Insozero yavyo ininahaye iregereje!
IKI GITABU NI ICA ․․․․․․․․․․․․․․․․
Gicapuwe muri Ruhuhuma 2013
Iki gitabu si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
Abo dukesha amafoto
Amafoto yatondetswe hisunzwe inomero y’urupapuro, kandi aho bikenewe yatondetswe hisunzwe uko agenda arakurikirana ku rupapuro (uvuye hejuru ibubamfu uzunguruka nk’urushinge rw’isaha).
Cooper-Hewitt Museum; rwacapuwe hisunzwe ifoto yo mu kabati ka 9, igice ca A: Urupapuro rwa 59
National Aeronautics and Space Administration, Washington, D.C.: Urupapuro rwa 138, 293
Pictorial Archive (Near Eastern History) Est.: Urupapuro rwa 23 (background, 1, 4, 10)
Yacapuwe hisunzwe ikarata yegukira Pictorial Archive (Near Eastern History) Est., and Survey of Israel: Urupapuro rwa 236
Twayikoresheje duhawe uburenganzira na Staatliche Museen zu Berlin: Urupapuro rwa 43 (1, 2, 3)
“Hahiriwe uwusoma n’ijwi ryumvikana be n’abumva amajambo y’ubu buhanuzi, kandi bakubahiriza ibintu vyanditswe muri bwo; kuko igihe cashinzwe kiri hafi.”—Ivyahishuwe 1:3