ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 101
  • Tumenyekanishe kwa kuri kw’Ubwami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Tumenyekanishe kwa kuri kw’Ubwami
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Tumenyekanishe ukuri kw’Ubwami
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Tumenyekanishe kwa kuri kw’Ubwami
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • “Inzu ku nzu”
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Dutume inzira yacu iroranirwa
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 101

Ururirimbo 101

Tumenyekanishe kwa kuri kw’Ubwami

Integuro icapuwe

(Ivyakozwe 20:20, 21)

1. Har’igihe twayoberwa

Aho twoca tudategwa.

Yehov’ac’arungika

Umuco wiw’umurika.

Twarabonye yukw’ashaka

Ko twumvira tutaraka,

Tukavugish’akanwa

Ingene ari rurangiranwa.

Abantu turababwira,

Ku nzu n’inzu no ku nzira,

Tukabereka kwa kuri

Ngo kubaber’urumuri.

Dukor’igikorwa rwose

Ngo Yehov’asengwe hose,

Twame tucijukiye

Gushik’avuze ko kirangiye.

(Raba kandi Yos. 9:9; Yes. 24:15; Yoh. 8:12, 32.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika