ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 9
  • Shemeze Yehova Imana yacu!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Shemeze Yehova Imana yacu!
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Shemeza Yehova Imana yacu!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Shemeza Imfura ya Yehova!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ririmba ishemezo rya Yehova udatinya!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Shemeza Umwami mushasha w’isi
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 9

Ururirimbo 9

Shemeze Yehova Imana yacu!

Integuro icapuwe

(Zaburi 145:12)

1. Shemeze Yehova wacu,

Izina ryiwe bamenye!

Burira abantu bose.

Wa musi wiwe ntugitevye.

Imana yacu iti: ‘Hageze ko wa

Mwami nshaka yima.’

Gende rero muvuge

Vya vyiza izoduha tugashima.

(ICITABIRIZO)

Shemeze Yehova wacu,

Ubukuru bwiwe bamenye.

2. Shemeze Yehova wacu!

Rya zina ryiwe rihaye!

Tangaza ubwiza bwiwe,

Muvug’ingene buhambaye.

Arakomeye, kandi aricisha

Bugufi bitangaje.

N’umunyempuhwe, arakundana.

Arumva tumutabaje.

(ICITABIRIZO)

Shemeze Yehova wacu,

Ubukuru bwiwe bamenye.

(Raba kandi Zab. 89:27; 105:1; Yer. 33:11.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika