Ibirimwo
Muri ibi bibazo ni ikihe kigushimisha kuruta ibindi?
3 Iyo nkuru nziza yoba vy’ukuri iva ku Mana?
5 Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi?
6 Ni icizigiro ikihe kiriho ku bapfuye?
8 Ni kubera iki Imana ireka hakaba ibibi be n’imibabaro?
9 Mworonka gute agahimbare mu rugo rwanyu?
10 Womenya gute abasenga mu kuri?
11 Twungukira gute ku ngingo ngenderwako zo muri Bibiliya?
13 Ni ibiki bizoshikira amadini?