ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sjj ururirimbo 23
  • Yehova atanguye kuganza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova atanguye kuganza
  • Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ivyo bijanye
  • Yehova atanguye kuganza
    Turirimbire Yehova
  • Uyu ni umusi wa Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Guma ubanza kurondera Ubwami
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Guma ubanza kurondera Ubwami
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Turirimbire Yehova tunezerewe
sjj ururirimbo 23

URURIRIMBO RWA 23

Yehova atanguye kuganza

Integuro icapuwe

(Ivyahishuwe 11:15)

  1. 1. Bwa Bwami bw’Iman’ubu

    Buraganza mw’ijuru.

    Kristu n’Umwami, ar’i Siyoni.

    Muze tuvuz’impundu

    Turirimb’iyo nkuru.

    Kristu yarimitswe

    kuko yizigiwe.

    (ICITABIRIZO)

    Uzozan’iki ga wa Bwami?

    Ukuri n’ubutungane.

    Be n’iki kandi ga wa Bwami?

    Kubaho ata ngorane.

    Nimushemeze Segaba,

    Kukw’akundana cane.

  2. 2. Ivy’isi birashaje.

    Harmagedon’iraje.

    Isi ya Shetan’igir’ihere.

    Amamaza wihuta,

    Bwira benshi kuruta.

    Abitonda

    nibaze bayikorere.

    (ICITABIRIZO)

    Uzozan’iki ga wa Bwami?

    Ukuri n’ubutungane.

    Be n’iki kandi ga wa Bwami?

    Kubaho ata ngorane.

    Nimushemeze Segaba,

    Kukw’akundana cane.

  3. 3. Ni we Mutware nyawe

    Twigina duhimbawe.

    Mwubahe, yatumwe na Yehova.

    Gende mu rusengero,

    Mwambaz’Imana rero.

    Vub’azoganza

    vyose kw’ari ku ngoma.

    (ICITABIRIZO)

    Uzozan’iki ga wa Bwami?

    Ukuri n’ubutungane.

    Be n’iki kandi ga wa Bwami?

    Kubaho ata ngorane.

    Nimushemeze Segaba,

    Kukw’akundana cane.

(Raba kandi 2 Sam. 7:22; Dan. 2:44; Ivyah. 7:15.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika