ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 26
  • Gucika intege

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gucika intege
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 26

Gucika intege

Kubera iki gucika intege biteye akaga ku basavyi ba Yehova?

Img 24:10

Kubera iki twokwizigira ko Yehova azodufasha gutsinda ivyoduca intege?

Zb 23:​1-6; 113:​6-8; Yes 40:11; 41:​10, 13; 2Kr 1:​3, 4

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Mt 11:​28-30—Kubera ko Yezu ameze neza na neza nka Se, aratugaragariza ubuntu akanaturuhurira

    • Mt 12:​15-21—Yezu yarashikije ubuhanuzi bwo muri Yesaya 42:​1-4 mu gufatana ubuntu abacitse intege

Ivyanditswe vyodufasha gutsinda ibintu bimwebimwe vyoduca intege

Raba «Uruhoza»

Kubera iki dukwiye kwihatira kuremesha abandi?

Mt 18:6; Ef 4:29

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Gh 32:​6-15—Cumi muri ba bagabo bagiye gusuma urusaku i Kanani baraciye intege Abisirayeli, bituma ihanga ryose rimererwa nabi

    • 2Ng 15:​1-8—Ubutumwa buvuye kuri Yehova bwarafashije umwami Asa kurinduka, arahagurukira ivyo gusenga ibigirwamana mu gihugu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika