ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 15/7 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 15/7 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Mukakaro 2014

© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

1-7 NYAKANGA 2014

“Yehova arazi abiwe”

URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 63, 66

8-14 NYAKANGA 2014

Abasavyi ba Yehova ‘baravavanura n’ibitagororotse’

URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 64, 61

15-21 NYAKANGA 2014

“Muri ivyabona vyanje”

URUPAPURO 23 • INDIRIMBO: 31, 92

22-28 NYAKANGA 2014

“Muzombera ivyabona”

URUPAPURO 28 • INDIRIMBO: 102, 103

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ “Yehova arazi abiwe”

▪ Abasavyi ba Yehova ‘baravavanura n’ibitagororotse’

Ivyo biganiro biraca irya n’ino insobanuro y’ivyo dusoma muri 2 Timoteyo 2:19, bikongera bikerekana ukuntu ico canditswe gifitaniye isano n’ivyabaye mu gihe ca Musa. Raba ukuntu muri iki gihe abakirisu bashobora kwerekana ko ari ‘aba Yehova’ be n’uko ‘bavavanura n’ibitagororotse.’

▪ “Muri ivyabona vyanje”

▪ “Muzombera ivyabona”

Muri ivyo biganiro turihweza ico bisobanura kuba twitwa Ivyabona vya Yehova. Raba ukuntu kwishimira gushingira intahe Yehova na Yezu bisaba ko tuba abanyamwete mu gikorwa cacu co gushinga intahe no kuninahaza Imana na Kristu biciye ku ngeso zacu nyeranda.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Baritanze babikunze muri Micronésie

17 Narabuze dawe—Ndonka uwundi Dawe

KU GIPFUKISHO: Bashiki bacu babiri bariko barabwira inkuru nziza abagore babiri bambaye imyambaro kavukire b’Abandebele, bakoresheje igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Bicaye imbere y’inzu y’akarorero yo hagati mu gihugu. Abandebele barenga umuliyoni umwe gusa w’abantu baba muri ico gihugu

AFRIKA Y’EPFO

ABANYAGIHUGU

50.500.000

IGITIGIRI C’AGAHETA C’ABAMAMAJI

94.101

ABAMAMAJI BAVUGA IKINDEBELE

1.003

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika