Ibirimwo
15 Kigarama 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
INTEGURO Y’UKWIGA
2-8 RUHUHUMA 2015
‘Nimwumvirize kandi mutegere insobanuro’
URUPAPURO 6 • INDIRIMBO: 92, 120
9-15 RUHUHUMA 2015
URUPAPURO 11 • INDIRIMBO: 97, 96
16-22 RUHUHUMA 2015
Turindire iherezo ry’iyi si ishaje twunze ubumwe
URUPAPURO 22 • INDIRIMBO: 107, 29
23 RUHUHUMA 2015–1 NTWARANTE 2015
Woba uha agaciro ivyo waronse?
URUPAPURO 27 • INDIRIMBO: 89, 135
IBIGANIRO VY’UKWIGA
▪ ‘Nimwumvirize kandi mutegere insobanuro’
▪ Woba ‘utegera insobanuro’?
Twokwemezwa n’iki ko dutahura insobanuro y’ibigereranyo vya Yezu? Ibi biganiro bibiri biratwereka ukuntu twosuzuma ibigereranyo indwi Yezu yakoresheje. Biradufasha kandi kubona ingene ivyigwa dukura muri ivyo bigereranyo twobikoresha mu busuku twebwe abakirisu turangura.
▪ Turindire iherezo ry’iyi si ishaje twunze ubumwe
▪ Woba uha agaciro ivyo waronse?
Mw’isi aho usanga abakiri bato benshi bikunda, ni kubera iki abakirisu bakiri bato bakwiye kurondera gufatana mu nda n’abasavyi b’Imana? Ivyo biganiro biraca irya n’ino uburorero bwiza na bubi, bigatanga ivyiyumviro vyofasha abato n’abakuze kugira amahitamwo aranga ubukerebutsi.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
4 Yehova arahezagira cane umutima ukunze
17 Woba ukwiye guhindura ingingo wafashe?
32 Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2014
KU GIPFUKISHO: Abantu bamwebamwe baza gufata akayaga i Tamarindo Beach ku nkengera y’Ibahari Pasifike y’i Kosta Rika barahimbarwa no kumenya yuko isi yose izoba Iparadizo kugira tuyirime twongere tuyibereko
KOSTA RIKA
ABAMAMAJI
29.185
ABATSIMVYI
2.858
Izina ry’Imana, Yehova,
Jéoba
mu rurimi rwitwa bribri
Jehová
mu rurimi rwitwa cabecar
Amashengero abiri n’imigwi ibiri bikoresha ururimi bita bribri, amashengero atatu n’imigwi ine na vyo bigakoresha ururimi bita cabecar. Zompi ni indimi kavukire zo muri Amerika