Intangamarara
UVYIBAZAKO IKI?
Bibiliya yoba yarataye igihe, canke iracafise agaciro? Bibiliya ubwayo ivuga iti: “Icanditswe cose cahumetswe n’Imana kandi ni ngirakamaro.”—2 Timoteyo 3:16, 17.
Uwu Munara w’Inderetsi uratanga uburorero bwerekana ko Bibiliya ari ngirakamaro, hamwe n’ivyiyumviro vyogufasha kwungukira cane ku gusoma Bibiliya.