ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp17 no. 3 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Kw’isi hoba hazokwigera haba ubutungane nyabwo?
  • Hoba hari umugwi w’abantu Imana ibona ko baruta abandi?
  • Yehova—Soko ry’Ubutungane n’Ubugororotsi Nyakuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • “Inzira ziwe zose ziragororotse”
    Niwiyegereze Yehova
  • Akarenganyo koba kazokwigera kavaho kw’isi?
    Ibindi biganiro
  • Igana Yehova—Ukoreshe Ubutungane n’Ubugororotsi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
wp17 no. 3 rup. 16
Abantu b’ubwoko butandukanye

Bibiliya Ibivugako Iki?

Kw’isi hoba hazokwigera haba ubutungane nyabwo?

Wokwishura gute?

  • Ego

  • Oya

  • Kumbure

Ico Bibiliya ivuga

“Ndazi neza ko Yehova azoshitsa imburano z’umurushwa, urubanza rw’aboro.” (Zaburi 140:12) Ubwami bw’Imana buzotuma kw’isi haba ubutungane nyabwo.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Imana irabona akarenganyo kari mw’isi, kandi izogakuraho.​—Umusiguzi 5:8.

  • Ubutungane buva ku Mana buzotuma kw’isi haba amahoro n’umutekano.​—Yesaya 32:16-18.

Hoba hari umugwi w’abantu Imana ibona ko baruta abandi?

Bamwebamwe bavuga yuko hari imigwi y’abantu Imana yahezagiye canke yavumye, abandi bakavuga ko Imana ifata cokimwe abantu bose. Uvyibazako iki?

Ico Bibiliya ivuga

“Imana [nti]gira nkunzi, mugabo mw’ihanga iryo ari ryo ryose umuntu ayitinya kandi agakora ivy’ubugororotsi iramwemera.” (Ivyakozwe 10:34, 35) Imana rero ibona ko abantu bose bangana.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Bibiliya irimwo “inkuru nziza” igenewe “ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose.”​—Ivyahishuwe 14:6.

Kugira ngo umenye ibijanye n’igihe ubutungane nyabwo buzoba bwuzuye isi, raba ikigabane ca 3 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika