ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Ntwarante rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Ntwarante rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 30 NDAMUKIZA 2018–6 RUSAMA 2018

3 Ibatisimu ni igisabwa ku bakirisu

INDWI YO KU WA 7-13 RUSAMA 2018

8 Bavyeyi, mwoba muriko murafasha abana gutera intambwe yo kubatizwa?

Igihe tuyobora inyigisho ya Bibiliya dukwiye kuba dufise umugambi uwuhe? Kubera iki atari vyiza kwigiza inyuma ibatisimu? Ni ibiki bituma abavyeyi bamwebamwe baremesha abana babo kurindira kubatizwa? Ivyo bibazo be n’ibindi birishurwa muri ibi biganiro bibiri.

13 Ibibazo vy’abasomyi

INDWI YO KU WA 14-20 RUSAMA 2018

14 Ubwakiranyi ni kamere nziza dukeneye cane!

Intumwa Petero yahimirije abakirisu bo mu kinjana ca mbere ati: “Mwakirane.” (1 Pet. 4:9) Kubera iki iyo mpanuro ikenewe cane muri iki gihe cacu? Twoyishira mu ngiro gute? Vyongeye, ni gute twoba abashitsi beza? Iki kiganiro kirarimbura ivyo bibazo.

19 Inkuru y’ubuzima​—Yehova ntiyigeze ampemukira!

INDWI YO KU WA 21-27 RUSAMA 2018

23 Gutozwa indero ni icerekana ko Imana idukunda

INDWI YO KU WA 28 RUSAMA 2018–3 RUHESHI 2018

28 ‘Niwumvirize indero ube inkerebutsi’

Ibi biganiro bibiri biradufasha gutahura ko Imana idukunda cane, ivyo bikaba bigaragarira mu kuntu idutoza indero nk’umuvyeyi. None Imana idutoza indero gute? Dukwiye kwakira gute indero idutoza? Vyongeye, dushobora gute kuba abantu bicungera? Inyishu turazisanga muri ibi biganiro.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika