ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w19 Ntwarante rup. 32
  • Ivyo Dusanga Kuri JW.ORG

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyo Dusanga Kuri JW.ORG
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
w19 Ntwarante rup. 32

Ivyo Dusanga Kuri JW.ORG

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Ubushobozi insazi ifise bwo kugira agatebetebe

Insazi zirashobora kugira agatebetebe nka kurya kw’indege z’indwano, ariko zozo zikabigira mu kanya isase. None iyo nsazi ingana urwara yakuye he ubwo bushobozi?

(Nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > SIYANSI NA BIBILIYA.)

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Wamenga ndafise ivyo umuntu yokwipfuza vyose

Stéphane yari umucuraranzi akiri muto, afise amahera kandi yari rurangiranwa, ariko yumva ata co amaze kandi adahimbawe. Yashoboye gute kuronka agahimbare nyakuri n’intumbero mu buzima?

(Nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > AMAHORO N’AGAHIMBARE.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika