ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/99 rup. 3
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—1999
Igikorwa dukorera Ubwami—1999
km 7/99 rup. 3

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Mukakaro na Myandagaro: Agatabu kose k’impapuro 32 muri utu dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, hamwe na Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? Udutabu Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre?, hamwe na Un livre pour tous turashobora gutangwa aho bibereye. Nyakanga: Ubumenyi Bujana mu Buzima Budashira, kandi ibisohokayandikiro vyo gutangwa ku kiguzi kidasanzwe biri mw’ishengero na vyo nyene birashobora gushikirizwa. Gitugutu: Nimusabe abantu kwandikisha abonema y’Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Aho abantu badakunda kwandikisha abonema, nimuze murabasaba kwakira ivyo binyamakuru.

◼ Guhera mu kwa Nyakanga, abacungezi b’imizunguruko bazoshikiriza insiguro y’icese ifise umutwe uvuga ngo “Yehova ni we ‘Gihome Kirekire’ Gikingira Abasavyi Biwe.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika