ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/00 rup. 2
  • Udukuru twa Gitewokarasi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Udukuru twa Gitewokarasi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2000
Igikorwa dukorera Ubwami—2000
km 5/00 rup. 2

Udukuru twa Gitewokarasi

◼ Ishikiriza ry’impapuro z’umutsindo ry’Abasohotse Ishure Rimenyereza Abakenuzi rigira 9, ryaragizwe ku Biro vy’Ishami i Nairobi ku wa 16 Nzero, 2000. Abavukanyi 24 basohotse iryo shure baje bava mu bihugu indwi vyo muri Afirika y’Ubuseruko. Iryo shure ririko riragaragara ko ari intunganyo nziza mu vyo guha inyigisho z’agaciro abavukanyi bitanga bavyigombeye kugira ngo bakore ku bw’inyungu z’Ubwami. (Zab. 110:3) Abakurambere n’abakozi b’ishengero b’abirebange bafise imyaka iri hagati ya 23 na 50, bashobora gusoma, kwandika no kuvuga Icongereza canke Igifaransa kandi bakaba bashimishwa n’iryo shure, bararemeshejwe kwitaba inama igiranwa n’abashaka kwitaba iryo shure, kw’iteraniro ry’umuzunguruko rikurikira.

◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziherutse kwinjirwa:

Burundi: Bujumbura Ngagara na Gitezi.

Kenya: Nakuru West.

Rwanda: Gashoba, Ngarama, be na Rwamagana.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika