ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/05 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ico Twovuga ku Vyerekeye Ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2002
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2005
km 9/05 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 1 Myand.

“Muri iki gihe abantu benshi bararwana urugamba rwo kurwanya kwumva ko ata co bamaze. Wibaza ko hokorwa iki kugira ngo bafashwe? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirerekana ingene Bibiliya ishobora gufasha abantu nk’abo kuronka umunezero nyakuri”. Nushimikire ku vyanditswe biri mu ndome zizize kandi zihiritse zo mu kiganiro kivuga ngo “Bibiliya irashobora kugufasha kuronka umunezero”.

Réveillez-vous! 8 Myand.

“Abantu benshi bamana ubwoba. Wibaza ko ari nde atuma haba ubwo bwoba? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kiratanga inama ngirakamaro zodufasha kwikingira impanuka zikunda gushika. Kiraca irya n’ino kandi umuhango Bibiliya itanga werekeye isi itagiramwo ubwoba”. Soma Yesaya 11:9.

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 15 Myand.

“Iyo bishitse umuntu akabura uwiwe bimwe biteye agahinda, abantu benshi baribaza ukuntu bigenda iyo umuntu apfuye. Wibaza ko bishoboka ko umuntu atahura urupfu ico ari co? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirerekana ico Bibiliya ivuga ku vyerekeye ukuntu abapfuye bamerewe. Kiraca irya n’ino kandi umuhango Imana yatanze wo kuzura abacu bapfuye”. Soma Yohana 5:28, 29.

Réveillez-vous! 22 Myand.

“Woba wari uzi yuko amashirahamwe y’ivy’ingenzi yiswe ko ari umukoresha wa mbere wo kw’isi? [Rindira yishure.] Ugutera imbere kw’ivy’ingenzi kwazanye ivyiza n’ingorane. Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino ivyiza n’ibibi bizanwa n’ivy’ingenzi vyo gihe ca none. Kiranatanga n’inama ngirakamaro zimwezimwe zofasha ingenzi zija mu mahanga”.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika