ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/08 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2008
km 2/08 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Nzero

“Abantu benshi barasenga basaba ko Ubwami bw’Imana buza. Nk’akarorero, raba iki gisabisho abantu benshi bazi Yezu yigishije abayoboke biwe. [Soma Matayo 6:9, 10.] Woba urigera wibaza ubwo Bwami ico ari co be n’igihe buzozira? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirerekana ico Bibiliya ibivugako”.

Réveillez-vous! Nzero

“Kuva kera na rindi abakenyezi bamye bakumirwa bakongera bakagirirwa ivy’ubukazi. Wibaza ko ari kubera iki? [Rindira yishure.] Raba ukuntu Bibiliya yigisha abanega gufata abakenyezi babo. [Soma 1 Petero 3:7.] Iki kinyamakuru kirerekana gifatiye kuri Bibiliya ukuntu Imana na Kristu babona abakenyezi”.

Umunara w’Inderetsi 1 Nzero

“Ibi bivugwa ng’aha wewe woba uvyemera? [Soma Yakobo 3:2.] Iki kiganiro kirimwo inama ngirakamaro zo muri Bibiliya zidufasha kwirinda gukoresha amajambo yohava akomeretsa abagize umuryango wacu”. Numwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.

Réveillez-vous! Nzero

“Nta mubano utagira ingorane. Wibaza ko ari hehe abubakanye bokura impanuro zo kwizigirwa? [Rindira yishure.] Raba ubu buyobozi ngirakamaro. [Soma Abanyefeso 5:22, 25.] Iki kiganiro kirerekana ico bisobanura ku mukenyezi kuyobokera umunega wiwe”. Numwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 28.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika