Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 28 Nyakanga
INDWI ITANGURA KU WA 28 NYAKANGA
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Guharūra 33-36
No. 1: Guharūra 33:1-23
No. 2: Turashobora gukanguka tukava mu rupfu! (lr ikig. 35)
No. 3: Uburyo butandukanye Ubwami bw’Imana busumba intwaro zose z’abantu
□ Ikoraniro ry’umurimo
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Nukoreshe ibigereranyo mu kwigisha. Insiguro ishingiye ku makuru ngirakamaro ari mu yo dusanga mu gitabu Ishure ry’Ubusuku ku rupapuro rwa 240-243.
Imin. 20: “Turondere ababereye.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu. Nubaze ibibazo umwamamaji umwe canke babiri b’intangakarorero mu bijanye no gukoresha uburyo butandukanye bwo kwamamaza.