ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/09 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 2 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 2 Munyonyo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 2 MUNYONYO
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 10/09 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 2 Munyonyo

INDWI ITANGURA KU WA 2 MUNYONYO

Ururirimbo rwa 115

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 12 ing. 1-8

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Gusubira mu vyagezwe 14-18

No. 1: Gusubira mu vyagezwe 15:1-15

No. 2: Ukwubaha Imana kurimwo ibiki?

No. 3: Imana iribuka Umwana wayo (lr ikig. 39)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 1

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Dutanguze inyigisho za Bibiliya. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza. Nubaze abamamaji wacaguye imbere y’igihe ibibazo bijanye n’ivyo biboneye mu gutanguza inyigisho za Bibiliya kuri wa musi wagenewe ico gikorwa kidasanzwe. Numenyeshe umusi ugenewe gutanguza inyigisho za Bibiliya uzokurikira, mwongere mugire umwerekano mugufi umwe canke ibiri y’ukuntu twobigira. Muri umwe wose, nimucishemwo ibijanye na ya ntunganyo yo gutanga intererano.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Gushinga intahe dukoresheje amakete. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, ku rupapuro rwa 71-73.

Ururirimbo rwa 9

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika