Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Munyonyo
INDWI ITANGURA KU WA 23 MUNYONYO
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
lv ikig. 13 ing. 1-4, uruzitiro ruri ku rup. 148-149 no ku rup. 158-159
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Gusubira mu vyagezwe 28-31
No. 1: Gusubira mu vyagezwe 30:1-14
No. 2: Igituma dukeneye gukora (lr ikig. 42)
No. 3: Wa Mubesheranyi ni we mutware ataboneka w’isi (td 24B)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 5: Twitegurire gushikiriza Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Gitugutu be n’inomero idasanzwe ya Réveillez-vous! yo muri Gitugutu. Niwerekane muri make ibiri muri ivyo binyamakuru. Nubaze abumviriza ibiganiro vyo muri iyo Réveillez-vous! idasanzwe yo muri Gitugutu vyoshobora gushimisha cane abantu mu cibare iwanyu. Nubaze ibibazo umutsimvyi amenyereye ivyo gutegura uburyo ngirakamaro bwo gushikiriza ibinyamakuru maze umusabe agire umwerekano ushingiye ku buryo bumwe bwo gushikiriza iyo nomero idasanzwe ya Réveillez-vous!
Imin. 25: “Guteza imbere ibijanye n’umurimo urangurwa mu rurimi runyamahanga.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu. Muhejeje kurimbura ingingo ya 4, nusabe umwamamaji agire umwerekano w’ingene twoshira mu ngiro uburyo bwerekanywe.