Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 1 Ruhuhuma
INDWI ITANGURA KU WA 1 RUHUHUMA
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
lv ikig. 16 ing. 9-14, uruzitiro ruri ku rup. 192-193
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Abacamanza 8-10
No. 1: Abacamanza 8:1-12
No. 2: Imana si yo itera amarushwa yugarije isi (td 26A)
No. 3: Ni ivyiza ibihe biva ku kumenya ukuri ku bijanye n’urupfu?
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.
Imin. 10: Gutanguza inyigisho za Bibiliya. Numenyeshe umusi uzokurikira ugenewe gutanguza inyigisho za Bibiliya. Nuvuge ivyabonywe biremesha, canke ubaze ibibazo umucungezi w’umurimo kibure uwundi mwamamaji abimenyereye, avuge uburyo butandukanye bwo gutanguza ikiyago bwagaragaye ko ari ngirakamaro mu cibare iwanyu. Woshobora guca umusaba ngo agire umwerekano w’uburyo akoresha.
Imin. 10: Mu busuku urangura, nukoreshe ibintu umuntu ashobora kubona. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, ku rupapuro rwa 247, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 248, ingingo ya 1.