Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 7 Ruhuhuma
INDWI ITANGURA KU WA 7 RUHUHUMA
Ururirimbo rwa 25 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
cl ikig. 31 ing. 21-23 be n’uruzitiro (Imin. 25)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Nehemiya 5-8 (Imin. 10)
No. 1: Nehemiya 6:1-13 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Twokwigira iki ku bwakiranyi bwagaragajwe na Lidiya, Gayo na Filemoni? (Imin. 5)
No. 3: Abakirisu barakwiye gukoresha izina ry’uruharo ry’Imana (td 43A) (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Woba uriko urakoresha ingabirano ufise mu busuku? Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 75, ingingo ya 4, gushika ku rupapuro rwa 76, ingingo ya 2.
Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.
Imin. 10: Niwamamaze wongere wigishe ata mahinyu. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 223, ingingo ya 1-5.
Ururirimbo rwa 13 n’isengesho