Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 7 Rusama
INDWI ITANGURA KU WA 7 RUSAMA
Ururirimbo rwa 120 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
bt ikig. 20 ing. 8-15, n’uruzitiro ku rup. 161 (Imin. 25)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Yeremiya 35-38 (Imin. 10)
No. 1: Yeremiya 36:14-26 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Imana si yo itera amarushwa yugarije isi (td 25A) (Imin. 5)
No. 3: Ivyo abantu bakora vyoba koko bigira ico bikoze ku kuntu Imana yiyumva?—Abac. 2:11-18 (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 20: Woba umaze kubigerageza? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Mu buryo bw’insiguro, nimusubire mwihweze amayagwa ari muri ibi biganiro biherutse gusohoka mu Gikorwa dukorera Ubwami: “Ntugonanwe” (km 10/11), “Nutere ibipfunsi ubigiranye ubukerebutsi,” na “Twamamaze ku ‘bantu b’uburyo bwose’ ” (km 1/12). Saba abumviriza bagire ico bavuze ku kuntu bagerageje gushira mu ngiro inama tugirwa muri ivyo biganiro be n’ingene bavyungukiyeko.
Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.
Ururirimbo rwa 14 n’isengesho