Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Ruheshi
INDWI ITANGURA KU WA 18 RUHESHI
Ururirimbo rwa 61 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
bt ikig. 22 ing. 7-14, n’inzitiro ku rup. 174, 177 (Imin. 25)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Gucura intimba 3-5 (Imin. 10)
No. 1: Gucura intimba 5:1-22 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Imvugo ngo “ubukiriro bw’abantu bose” ntishingiye ku Vyanditswe (td 26C) (Imin. 5)
No. 3: Igituma twemera ko Bibiliya yahumetswe n’Imana—2 Tim. 3:16 (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 10: Amatangazo. Inyishu ku bibazo vyanyu. Insiguro.
Imin. 25: “Amahwaniro yacu y’intara arashingira intahe ikomeye ukuri.” Ibibazo n’inyishu. Nimwihweze “Ivyibukijwe ku vyerekeye ihwaniro ry’intara ryo mu 2012” bihuje n’uko ivyanyu vyifashe. Igihe mwihweza ingingo ya 9, nusabe umucungezi w’umurimo avuge intunganyo zagizwe ng’aho iwanyu ku bijanye n’ugutanga ubutumire.
Ururirimbo rwa 24 n’isengesho