ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/13 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruheshi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 3 RUHESHI
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 5/13 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruheshi

INDWI ITANGURA KU WA 3 RUHESHI

Ururirimbo rwa 68 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 10 ing. 8-13 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yohani 17-21 (Imin. 10)

No. 1: Yohani 21:15-25 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ni kubera iki tudakwiye ‘gukurikira isinzi’?—Kuv. 23:2; Imig. 1:10 (Imin. 5)

No. 3: Kumenya ibiranga Imana—td 43C (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 16

Imin. 10: Ukuntu twoshikiriza ibinyamakuru muri Ruheshi. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nufate amasegonde ari hagati ya 30 na 60 uvuge igituma ivyo binyamakuru bizoshimisha abantu bo mu cibare canyu. Hanyuma, ufatiye ku biganiro vyo mu Munara w’Inderetsi bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, nusabe abumviriza bavuge ikibazo kivyura ugushimishwa bobaza, uce ubasaba bavuge icanditswe bosoma. Nubigenze nk’ukwo nyene ku biganiro vyo muri Be maso! bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, hanyuma umwanya ubibakundiye, ubigenze gutyo no ku kindi kiganiro kimwe co muri ivyo binyamakuru. Nimugire umwerekano w’ukuntu kimwekimwe cose muri ivyo binyamakuru coshobora gushikirizwa, mukoresheje ibinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero ryanyu kandi mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kubishikiriza.

Imin. 10: Igituma dutanga raporo y’umurimo wacu wo mu ndimiro. Insiguro ishikirizwa n’umunyamabanga ishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 88, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 90, ingingo ya 1.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Ururirimbo rwa 107 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika