Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro
Mu kwezi kwa Nzero 2013 abamamaji 10.946 ni bo bagize uruhara mu busuku. Bamamaje amasaha yose hamwe 307.234, batanga udutabu 26.676 be n’ibinyamakuru 96.855, bagira amasubirayo 136.250, bayobora inyigisho za Bibiliya 30.104.