ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/14 rup. 3
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 27 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 27 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 27 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 1/14 rup. 3

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 27 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 27 NZERO

Ururirimbo rwa 106 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 2 ing. 1-11 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Itanguriro 17-20 (Imin. 10)

No. 1: Itanguriro 17:18–18:8 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Kubera iki twama mu mpari?—yp1 rup. 14-20 (Imin. 5)

No. 3: Ni igiki twigira kuri Yehova ku kuba yarise Aburahamu ngo “umugenzi wanje”?—lv rup. 26 ing. 4 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 121

Imin. 5: Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere. Insiguro. Nuvuge intunganyo mwagize aho iwanyu ku bw’ubusuku bwo mu ndimiro bwo ku wa gatandatu wa mbere wa Ruhuhuma, kandi uremeshe bose kubugiramwo uruhara. Nimugire umwerekano mugufi mukoresheje uburyo bwo gutanguza ibiyago buri ku rupapuro rwa 4. Niba ikinyamakuru co muri Ruhuhuma kitaraboneka, nimukoreshe ikinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero kandi mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kugishikiriza.

Imin. 15: Imigambi yawe yo mu vy’impwemu ni iyihe? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 117, ingingo ya 2, gushika ku mpera y’ikigabane. Nubaze ibibazo umwamamaji umwe canke babiri bashikiriye umugambi wabo w’umurimo w’igihe cose. Ni indemesho izihe bahawe n’abandi? Ni intambamyi izihe batsinze? Ni imihezagiro iyihe bironkeye?

Imin. 10: “Kwama ushira abantu ibinyamakuru birafasha gutanguza inyigisho za Bibiliya.” Ibibazo n’inyishu. Nusabe abumviriza bigane ingene bahavuye batanguza inyigisho ya Bibiliya n’umuntu yari ku rutonde rw’abo bama bashira ibinyamakuru.

Ururirimbo rwa 103 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika