ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 4/14 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Ndamukiza
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 14 NDAMUKIZA
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 4/14 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Ndamukiza

INDWI ITANGURA KU WA 14 NDAMUKIZA

Ururirimbo rwa 114 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya:

cl ikig. 5 ing. 18-21, n’uruzitiro ruri ku rup. 55 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Kuvayo 11-14 (Imin. 10)

No. 1: Kuvayo 12:37-51 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Yerekanye ukwicisha bugufi kuva kera—cf rup. 28-30 ing. 6-11 (Imin. 5)

No. 3: Nube uwiteguriye kuburanira ukwizera kwawe—lv rup. 61 ing. 22-23 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 100

Imin. 15: Nukoreshe neza Igitabu c’umwaka 2014. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimwihweze “Ikete rivuye ku Nama Nyobozi.” Nutunganye imbere y’igihe ivy’uko hagira abavuga ibintu biremesha basomye mu Gitabu c’umwaka giheruka. Nusozere uremesha bose kuzosoma Igitabu c’umwaka 2014 nicaboneka.

Imin. 15: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Gufasha uwo mwajanye.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimugire imyerekano ibiri migufimigufi y’umwamamaji adafasha uwo bakoranye. Inyuma ya buri mwerekano, nusabe abumviriza bavuge ingene uwo mwamamaji yari kuvyifatamwo neza kuruta.

Ururirimbo rwa 45 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika