ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/15 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 10 MYANDAGARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 8/15 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro

INDWI ITANGURA KU WA 10 MYANDAGARO

Ururirimbo rwa 61 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 28 ing. 18-21, n’uruzitiro ruri ku rup. 289 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 1 Abami 21-22 (Imin. 8)

No. 1: 1 Abami 22:13-23 (Imin. 3 canke idashika)

No. 2: Ushobora gute kwiyegereza Imana?​—igw rup. 28 ing. 1-4 (Imin. 5)

No. 3: Delila​—Umutwe: Gukunda amahera biratuma umuntu ahemuka​—w12 15/4 rup. 8 ing. 1-4 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Icivugo c’uku kwezi: “Jewe n’urugo rwanje tuzokorera Yehova.”​—Yos. 24:15.

Ururirimbo rwa 41

Imin. 10: “Jewe n’urugo rwanje tuzokorera Yehova.” Insiguro ishingiye ku civugo c’uku kwezi. Nusome Gusubira mu vyagezwe 6:6, 7; Yosuwa 24:15; n’​Imigani 22:6 wongere werekane ingene vyoshirwa mu ngiro. Nushimike ku vy’uko abanega na ba serugo bakwiye gufata iya mbere mu kwitwararika ivy’impwemu. Nuvuge ibikoresho bitandukanye vyatanzwe n’ishirahamwe ku bwo gufasha imiryango. Nuvuge bimwebimwe mu biganiro vyo mw’Ikoraniro ry’umurimo vyo muri uku kwezi, wongere werekane ingene bifitaniye isano n’icivugo c’uku kwezi.

Imin. 20: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku​—Tumenyereze abashasha.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nubaze abumviriza ingene abavyeyi bashobora gushira mu ngiro ivyiyumviro bivugwa muri iki kiganiro igihe bariko barafasha abana babo gutera imbere mu vy’impwemu. Nimugire umwerekano aho sebibondo ariko arategura uburyo bwo gutanguza ikiyago ari kumwe n’umwana wiwe.

Ururirimbo rwa 93 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika