ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Myandagaro rup. 2
  • 1-7 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 1-7 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Myandagaro rup. 2

1-7 Myandagaro

ZABURI 87-91

  • Ururirimbo rwa 49 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Guma ahihishije ha Musumbavyose”: (Imin. 10)

    • Zb 91:1, 2​—Abibera “ahihishije” ha Yehova barakingirwa mu vy’impwemu (w10 15/2 26-27 ing. 10-11)

    • Zb 91:3​—Nka kurya kw’umutezi w’inyoni, Shetani aragerageza kuducakira (w07 1/10 26-30 ing. 1-18)

    • Zb 91:9-14​—Yehova ni ubuhungiro bwacu (w10 15/1 10-11 ing. 13-14; w01 1/12 17-19 ing. 13-19)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 89:34-37​—Isezerano rivugwa muri iyi mirongo ni irihe, kandi Yehova yakoresheje ikigereranyo ikihe mu kwerekana ko ari iryo kwizigirwa? (w14 15/10 10 ing. 14; w07 15/7 32 ing. 3-4)

    • Zb 90:10, 12​—Dushobora gute “[gu]harura imisi yacu mu buryo butumaturonka umutima w’ubukerebutsi”? (w06 15/7 13 ing. 4; w01 1/12 11 ing. 19)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 90:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 141

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Fasha abo wigisha Bibiliya gutera imbere gushika kw’ibatisimu”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nubaze umwamamaji yafashije umutohoji wa Bibiliya gutera imbere gushika kw’ibatisimu. Koresha ibi bibazo: Ni ibiki wakoze kugira umufashe gukunda Yehova? Wamufashije gute gushikira imigambi y’ivy’impwemu?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 21 ing. 1-12

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 137 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika