UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 92-101
Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu
Ikigazi c’itende kirashobora kumara imyaka irenga 100 kandi kikaguma cama
Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu . . .
mu gusengera abandi
mu kwiga Bibiliya
mu kwitaba amakoraniro no mu kuyagiramwo uruhara
mu kuvungurira abandi utuntu n’utundi bazi
mu kwamamaza bivuye inyuma