ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Mukakaro rup. 8
  • Twigenze neza mu ndimiro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twigenze neza mu ndimiro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Turongore inyigisho za Bibiliya zitera imbere zirongorwa duhagaze imbere y’umuryango be n’izirongorwa biciye kuri telefone
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Gutanguza inyigisho ya Bibiliya turi imbere y’umuryango dukoresheje agatabu Inkuru nziza iva ku Mana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Gutanguza inyigisho za Bibiliya muhagaze imbere y’umuryango canke hakoreshejwe telefone aho bishoboka, cabure mu kwandika amakete
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Urupfasoni Ni Kamere Iranga Abantu Bubaha Imana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Mukakaro rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Twigenze neza mu ndimiro

Umwamamaji ari ku muhana ariko ararunguruka mw’idirisha, ariko ararya, uwundi ariko arandika mesaje

Abakirisu ni “akabarore kw’isi.” (1Kr 4:9) Ntibitangaje rero kubona hari abaturungurukira mw’idirisha iyo turi mu ndimiro canke bakatwumviririza inyuma y’umuryango. Hari igihe usanga ku muhana hari icuma gifata amasanamu canke amajwi gituma batwitegereza, bakatwumva bakanadufata amajwi. Reka turabe ingene twokwigenza neza igihe dushitse ku muhana w’umuntu.​—2Kr 6:3.

MU NYIFATO (Fp 1:27):

  • Ubahiriza umuhana ugendeye mu kwirinda kurunguruka mu nzu. Irinde kurya, kunywa, guterefona canke kwandika amamesaje uhagaze imbere y’umuhana w’umuntu

MU MVUGO (Ef 4:29):

  • Iyo uhagaze imbere y’umuhana w’umuntu, niwirinde kuvuga ikintu utoshima ko nyeneho yumva. Hari abamamaji bashima guca bahagarika kuyaga kugira bitegurire neza gutanguza ikiyago

Abavukanyi babiri bahagaze ku muhana batekereje, nyene urugo na we ariko arabarungurukira mu muryango

Hari ubundi buryo ubona twokwigenza neza mu ndimiro?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika