ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Gitugutu rup. 4
  • Yehova yaravuze imbere y’igihe ibizoshikira abami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova yaravuze imbere y’igihe ibizoshikira abami
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Igitabu wokwizigira—Igice ca 5
    Be maso!—2011
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Gitugutu rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | DANIYELI 10-12

Yehova yaravuze imbere y’igihe ibizoshikira abami

11:2

Mu Buperesi hohagurutse abami bane. Uwa kane ‘yohagurukije vyose agatera ubwami bw’Ubugiriki.’

  1. Kuro Mukuru

  2. Kambize wa kabiri

  3. Dariyo wa mbere

  4. Zeruzi wa mbere (Vyiyumvirwa ko yari Umwami Ahasuwerusi, umugabo wa Esiteri)

11:3

Umwami akomeye w’Umugiriki yohagurutse akaganza igice kinini cane c’isi.

  • Alegizandere Mukuru

11:4

Abajenerali bane ba Alegizandere bogabanganye Inganji y’Ubugiriki.

  1. Kasandere

  2. Lizimake

  3. Seleyukisi wa mbere

  4. Putoleme wa mbere

Inganji y’Ubugiriki yagabanganywe n’abajenerali bane ba Alegizandere
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika