13-19 Munyonyo
OBADIYA 1–YONA 4
Ururirimbo rwa 102 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Gira ico wigiye ku makosa yawe”: (Imin. 10)
[Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Obadiya.]
[Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Yona.]
Yn 3:1-3—Yona yarakuye icigwa ku makosa yiwe (ia 114 ing. 22-23)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ob 10—Ni mu buryo ubuhe Edomu ‘yaranduwe gushika igihe kitagira urugero’? (w07 1/11 13 ing. 5)
Ob 12—Urubanza Imana yaciriye Edomu rutwigisha iki? (jd 112 ing. 4-5)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yn 3:1-10
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.6 rup. 3-7—Cira inzira isubirayo.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.6—Ico kinyamakuru ni co waheruka kumuha. Gira isubirayo uce umwereka kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) ld 12-13—Niwihitiremwo amashusho ukoresha.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ivyigwa dukura mu gitabu ca Yona”: (Imin. 15) Nimuce irya n’ino ico kiganiro mubanje kuraba akavidewo kavuga ngo Ugusenga kwo mu muryango: Yona yarigiye kuri Yehova ibijanye no kugira imbabazi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 21 ing. 8-14
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 150 n’isengesho