ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 4
  • 14-20 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 14-20 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 4

14-20 Rusama

MARIKO 9-10

  • Ururirimbo rwa 22 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Iyerekwa rikomeza ukwizera”: (Imin. 10)

    • Mr 9:1​—Yezu yasezeranye ko bamwe mu ntumwa ziwe bokweretswe ubuninahazwa yogize mu Bwami bwiwe (w05 15/1 12 ing. 9-10)

    • Mr 9:2-6​—Petero, Yakobo na Yohani barabonye Yezu yahindutse ukundi, ariko aganira na “Eliya” na “Musa” (w05 15/1 12 ing. 11)

    • Mr 9:7​—Yehova yaremeje n’ijwi ryiwe bwite ko Yezu ari Umwana wiwe (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mr 10:6-9​—Ni ingingo ngenderwako iyihe ijanye n’umubano Yezu yashimitseko? (w08 15/2 30 ing. 8)

    • Mr 10:17, 18​—Kubera iki Yezu yakosoye umugabo umwe yamwise ngo “Mwigisha mwiza”? (nwtsty  amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 9:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w04 15/5 30-31​—Umutwe: Ivyo Yezu yavuze muri Mariko 10:25 bisobanura iki?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 131

  • “Ico Imana yaboheye ku ngǒgo imwe . . . ”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo Urukundo n’icubahiro biratuma ingo zunga ubumwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 20

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 66 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika