ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 7
  • Niwirinde kugwa mu mutego wo gutinya abantu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwirinde kugwa mu mutego wo gutinya abantu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Bariteguriye kwamamaza naho bohamwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
  • “Ndabahaye icitegererezo”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Icodufasha gutsinda ubwoba
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • Arakunda Abana Batobato
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 13-14

Niwirinde kugwa mu mutego wo gutinya abantu

Kubera iki intumwa zitashikamye igihe ibintu vyakomera?

14:29, 31

  • Bariyizigiye birenze. Mbere Petero wewe yabona ko yobaye intahemuka kuri Yezu kuruta izindi ntumwa zose

    Petero yihakana Yezu

14:32, 37-41

  • Ntibagumye bari maso kandi basenga

    Intumwa zirasinziriye, Yezu na we ariko arasenga

Yezu amaze kuzuka, ni igiki cafashije intumwa zari zarigaye kudatinya abantu no kwamamaza naho bazirwanya?

13:9-13

  • Kuba barafashe nka nkama ingabisho Yezu yabahaye, vyaratumye bitegurira uruhamo n’agatotezo

  • Barihetse kuri Yehova bongera barasenga.​—Ivk 4:24, 29

    Petero na Yohani bari imbere y’Inama Nkuru

Ni mu bihe ibihe twokenera kugaragaza umutima rugabo?

Umukenyezi w’Icabona ari mu bitaro, akaba ariko avugana n’umuganga; umwana w’Icabona ari mw’ishure, akaba yanse kuramutsa ibendera; Icabona ahawe ubutumire bw’urubanza rw’abo bakorana
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika