ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 4
  • Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • “Ehe ndi umushumbakazi wa Yehova!”
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Ico dushobora kwigira ku karorero ka Mariya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • “Ehe ndi umushumbakazi wa Yehova!”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Yaragize “ivyiyumviro ashitseko mu mutima wiwe”
    Niwigane ukwizera kwabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 1

Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya

Yehova yaracaguye Mariya amutera agateka k’imbonekarimwe, kuko yari afise ukwicisha bugufi kudasanzwe

Umumarayika Gaburiyeli ariko aravugana na Mariya

1:38, 46-55

Amajambo ya Mariya yerekana gute ko yari afise . . .

  • ukwicisha bugufi?

  • ukwizera gukomeye?

  • ubumenyi bw’ivyanditswe?

  • ugukenguruka?

IVYO KUZIRIKANAKO:

Noba nizigira mperejeko ko Yehova azoyobora ibintu yisunze ivyo agomba? Norushiriza gute kwigana akarorero ka Mariya?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika