ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 5
  • 18-24 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 18-24 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 5

18-24 Ruheshi

LUKA 2-3

  • Ururirimbo rwa 133 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Rwaruka, mwoba muriko murakomeza ukwizera kwanyu?”: (Imin. 10)

    • Lk 2:41, 42​—Yezu yarajanye n’abavyeyi biwe ku musi mukuru wa Pasika waba buri mwaka (nwtsty amakuru adufasha kwiga Lk 2:41)

    • Lk 2:46, 47​—Yezu yarumvirije abakuru b’idini yongera arababaza ibibazo (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 2:51, 52​—Yezu “[y]aguma ayobokera” abavyeyi biwe, bituma ashimwa n’Imana n’abantu (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 2:14​—Uyu murongo usobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 3:23​—Se wa Yozefu yari nde? (wp16.3 9 ing. 1-3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 2:1-20

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce wishura ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w14 15/2 26-27​—Umutwe: Ni imvo izihe Abayuda bo mu kinjana ca mbere bari bafise zo ‘kwitega’ Mesiya?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 134

  • “Bavyeyi, nimufashe abana banyu gukorera Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ntibagishije akaryo na kamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 25

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 17 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika