ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 6
  • 25 Ruheshi–1 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 25 Ruheshi–1 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 6

25 Ruheshi–1 Mukakaro

LUKA 4-5

  • Ururirimbo rwa 37 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nunanire inyosha mbi nka kumwe kwa Yezu”: (Imin. 10)

    • Lk 4:1-4​—Yezu ntiyemeye gutwarwa n’icipfuzo c’umubiri (w13 15/8 25 ing. 8)

    • Lk 4:5-8​—Yezu ntiyemeye gukwegakwegwa n’icipfuzo c’amaso (w13 15/8 25 ing. 10)

    • Lk 4:9-12​—Yezu yaririnze agatima ko kwiyerekana [Erekana akavidewo Agakuta k’ikirindiro k’urusengero.] (nwtsty akavidewo; w13 15/8 26 ing. 12)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 4:17​—Ni igiki cerekana ko Yezu yari azi neza Ijambo ry’Imana? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 4:25​—Uruzuba rwo mu gihe ca Eliya rwamaze igihe kingana iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 4:31-44

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce umusigira agakarata ka JW.ORG.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 28

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 28

  • “Niwirinde imitego ijanye n’ubuhinga bwa none”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo Nukoreshe neza ubuhinga bwa none.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 26

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 105 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika