ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ntwarante rup. 2
  • Ico kugaragaza urukundo bisobanura

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico kugaragaza urukundo bisobanura
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Urukundo rudahemuka rw’Imana
    Turirimbire Yehova
  • Urukundo rudahemuka rw’Imana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • “Ntimusubirize umuntu mu nkōko ikibi yabagiriye”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ibirimwo
    Be maso!—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ntwarante rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAROMA 12-14

Ico kugaragaza urukundo bisobanura

12:10, 17-21

Igihe umuntu atubabaje, urukundo ruratuma tutagera ingere ku yindi, ahubwo turarenzako tukamukorera iciza. Bibiliya ivuga iti: “Nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire; nimba anyotewe, muhe ico anywa; kuko niwagira ivyo uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe.” (Rm 12:20) Igihe tugaragarije umutima mwiza uwatubabaje, birashobora mbere gutuma yicuza ku vyo yadukoreye.

Mushiki wacu afashwe nabi n’uwo bakorana, uwo mushiki wacu aritura umukurambere kuri uwo mugoroba, bukeye aragaragariza umutima mwiza umwe bakorana

Wumvise umerewe gute igihe wababaza umuntu utabishaka ariko akakugaragariza umutima mwiza?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika